Sakaganwa (Kirundi)

Llibre en kirundi que em féu arribar en Probst
(núm 218)

Kuri Léon WerthNdasavye ikigongwe abana kuko natuye iki gitabu umuntu akuze. Ndafise icabintumye gihambaye: uwo muntu akuze ni we mugenzi nyawe mfise kw'isi. Ndafise n'ikindi gituma: uwo muntu akuze arashobora gutahura vyose harimwo n'ibitabu bigenewe abana. Ndafise n'igituma ca gagatu: uwo muntu akuze aba mu Bufaransa kandi ahanzwe n' inzara n'imbeho. Arakenye ikimuhoza. Izo mvo zose nizaba zidakwiye, nca nshima gutura iki gitabu umwana kuko umuntu akuze azirikana neza ko ariho yaciye. Abantu bakuze bose babanje kuba abana.(Ariko ni bake muri bo baguma bavyibuka.) Ndahinduye rero uwo ndagituye:Kuri Léon WerthIgihe yari akiri akana gato 

El rundi o kirundi és un idioma del continu dialectal Rwanda-Rundi, un conjunt de parles mútuament comprensibles que s'estén per la zona de Burundi i països veïns. És una de les llengües bantus de la branca nord-oriental i es calcula que posseeix uns 9 milions de parlants nadius. El 84% dels parlants de kirundi són hutu i el 15% restant són tutsi i hi ha un 1% de parlants que són de l'ètnia twa. Els twa són una ètnia pigmea.